France: Kwanka iduzwa ry’imyaka y’ikiruhuko c’izabukuru kwahagaritse akazi – BBC News Gahuza

France Kwanka iduzwa ryimyaka yikiruhuko cizabukuru kwahagaritse akazi BBC

Insiguro ta vidéo,

Ibimuri n’ingoma ubwo Abafaransa bari mu myiyerekano yo guhagarika akazi kubera imyaka yo gufatirako ikiruhuko c’izabukuru

Umugambi wimpinduka prezida Macron ashaka gukora uri mu gihe cugupfa canke ugukira, mu gihe amashirahamwe yabakozi yahagaritse akazi akanatunganya imyiyerekano yo kwiyamiriza umugambi wo kuduza imyaka yo gufatirako ikiruhuko cizabukuru.

Integuro nshasha yimirije kurungikwa mu nama nshingamateka izoduza imyaka yo gufatirako ikuruhuko cizabukuru mu kazi ive kuri 62 ije kuri 64.

Igisata co kwunguruza abantu cakozweko canne, amashure menshi nayo arugaye.

Abantu bitavye ku bwinshi mu bibanza birenga 200 vyabereyemwo imyiyirekano mu gihugu cose. Canne Iyikomeye yitezwe kubera ku murwa mukuru Paris.

www.actusduweb.com
Suivez Actusduweb sur Google News


Ce site utilise des cookies pour améliorer votre expérience. Nous supposerons que cela vous convient, mais vous pouvez vous désinscrire si vous le souhaitez. J'accepte Lire la suite